Amakuru kuri BBC - Gahuzamiryango yo ku wa gatatu 12-02-2025 Amakuru yo hirya no hino yibanda cyane cyane ku karere k'ibiyaga bigari muri Afrika, n'amakuru mpuzamakungu. Amakuru yo hirya no hino ...
Amaduka, n’ amazu y’ uburiro yegereye isoko yiriwe yugaye. Ivyotsi na cane cane ku pande ziherera mu buraruko bw’ isoko, biguma nubu biduga ku buryo bitoroshe kugira ngo uhace . Ariko naho ...