Tony Blair yabariye uwo mugwi i Londres yuko uko Ubwongereza bwabona Saddam Hussein kwahindutse nyuma y'igitero c'abiyahuzi muri Amerika mu 2001. Yavuze yuko ico gihe ikintu nyamukuru kwari ...
Amaduka, n’ amazu y’ uburiro yegereye isoko yiriwe yugaye. Ivyotsi na cane cane ku pande ziherera mu buraruko bw’ isoko, biguma nubu biduga ku buryo bitoroshe kugira ngo uhace . Ariko naho ...