Inama idasanzwe y'abakuru b'ibihugu vy'ishirahamwe ry'ibihugu vya Afrika y'Ubuseruko (EAC) isaba ko intambara iriko ibera muri Repubulika ya Demokrasi ya Congo ihagarara "vuba bwango kandi ata ...