wemeza amakuru avugwa n'igisirikare c'u Rwanda ko wateye mu burengero bw'igihugu. Umuvugizi wa FDLR, Laforge Fils Bazeye, yabariye BBC ko bateye ahahoze hitwa Mutura na Rwerere, prefecture ya Gisenyi.
Ariko none, abantu mu Rwanda babona gute uno mugambi? Ibintu mw’ihoteri Hope Hostel bituma umuntu yibaza ibibazo. Ivyumba 50 birimwo ibitanda bibiri bibiri vyama bikorerwa isuku buri musi ...
Mu gitondo cyose, abacamanza bahase ibibazo abatangabuhamya ... mbere yo gutangaza igihe cy’imyanzuro y’urubanza. AMAKURU YA NYUMA Urukiko rwa Johannesburg rwangiye Kanyandekwe kuburana ...